Perezida wa Brezile Michel Temer yavuze ko iyo nyubakwa yari imaze imyaka 200 yarimwo ibikoresho ndangamico bifise agaciro k'ama miriyoni 20 mu madorali. Ntibiramenyekana neza ivyononywe n'uwo muriro.
Inyubakwa Ndangamico ya Brezile Yahiye
Your browser doesn’t support HTML5